Har' umurwa mwiza

Gushimisha 214

Verse 1
Har' umurwa mwiza—W' abera b' Imana: Nta gihumanya, - Nta gihumanya Kizajya muri wo
Verse 2
Mwana w'uwiteka, - Mukiz'ubu ndaje: Nyoz' untunganye, —Nyoz' untunganye ! Nkiz' ibyaha byose!
Verse 3
Mpindur' ubu, Mwami, Ngo Mb' umwana wawe; Unkomereshe, -Unkomereshe Amaboko yawe!
Verse 4
Nuk' uzansohoze—Mu bera b' i Wawe, Ntafit' inenge, - Ntafit' inenge, Mur'iyo si nziza