"Hoziyana! Twese dushim' Uwaje"
Gushimisha
331
Hoziyana! Twese dushim' Uwaje Mw izina ry' Umwami Hoziyana mw ijuru! Ubwo yaje mw izina ry' Umwami, (2) Hoziyana! Hoziyana! Hoziyana mw ijuru! (2)